Ads Top

N'ejo : Atletico New Oil Academy Vs Bumamuru FC ruzoba arurukino rwagahebuza

Ntabwo ariterabwoba turiko tugira kuri Atletico New Oil, gusa abasore ba BUMAMURU FC bariteguye bihagije.

Ntabwo twovugako Bumamuru yamaze gutsinda urukino kuko ihiganywa ryo ryama arihiganywa, ariko ico twobabwira nuko Bumamuru FC yiyubatse mbere ikiyubura, mururu rukino rwa Dimanche hazokina Bumamuru yirwije incuro ijana.

Mbe tuvyitwe ivy'uma ? Amabuye ? Amavubi ? Canke ? Gusa ico twovuga ruzoba arurukino rwerekana Umugabo uwariwe, n'urukino ruhuza abakeba babiri, kandi urukino ruzoba rubereye ijisho kubafana. Amakuru dufise ava mu murwi Bumamuru FC atwemeza ko umwiteguro barimwo ukwiye, Umumenyereza MUTOMBORA ariko atoza abasore neza bakinira uno murwi.
Koca Mutombora



Mbe tuvyitwe ivy'uma ? Amabuye ? Amavubi ? Canke ? Gusa ico twovuga ruzoba arurukino rwerekana Umugabo uwariwe, n'urukino ruhuza abakeba babiri, kandi urukino ruzoba rubereye ijisho kubafana. Amakuru dufise ava mu murwi Bumamuru FC atwemeza ko umwiteguro barimwo ukwiye, Umumenyereza MUTOMBORA ariko atoza abasore neza bakinira uno murwi. 

MUTOMBORA ninde ? MUTOMBORA n'Umwe mubamenyereza bambere muri Afurika, mwibukeko ariwe yashikanye uburundi murukino rwa CAN kuva bwabaho aho ariwe yamenyereza umurwi nserukira gihugu c'Uburundi INTAMBA MURUGAMBA. Ubuhinga bwo kumenyereza arabufise kandi n'abakinyi arabafise, rero amahirwe yo gutsinda urukino rwa Dimanche ni 100%.

Naho biruko, n'umurwi Atletico New Oil Academy murino misi wifashe neza, muri Phase Retour nturigera utsindwa munkino zose wakinye, abenshi bariko bibaza, mbega ejo hoho uzotsindwa canke uzotsinda ? Kumbure ntamukuru aruta mukuruwe, Ejo tuzoreba mukuru.

Ubuyobozi bw'Umurwi w'Umupira w'amaguru BUMAMURU FC Ufise icicaro muntara ya CIBITOKE Burasaba abafana n'abavuka ntara bose kuzinduka basidukana niyonka bakaja gushigikira umurwi wabo. Mwibuke ko Atletico New Oil izoba iriwabo, kubwivyo izoba ifise abafana itanarondeye, kandi mwibukeko abafana arikirumara mukwongera intege abakinyi. Shigikira umurwi wawe hama nawo ukunezereze.

Murakoze kumva ayomakuru, tuzosubira ejo aho tuzoba tubamenyesha uko urukino rwagenze, tunabamenyesha uko inkino zose zizoba zagenze nacane cane ibitsindo uko vyinjiye kuko ariyo nshingano yacu.

 

PROGRAMME DE CE WEEKEND ⏰

🔥⚽ 
 
♦️PRIMUS LIGUE BURUNDI🇧🇮 

SAMEDI

15h00: Royal FC Vs Buja City
15h00: Top Junior Vs Messager Ngozi 
15h00: Les Crocos FC Vs Rukinzo
15h00: Olympic Star Vs Flambeau de l’Est

DIMANCHE
15h00: Flambeau du centre Vs Aigle Noir
15h00: Musongati Vs B.S.Dynamik 
15h00: Vital’O Vs Kayanza United 
15h00: Athletic N.OIL Vs Bumamuru

♦️CAN 2021⚽

SAMEDI

21h00: Burkina Faso Vs Cameroun 

 DIMANCHE
21h00: Sénégal Vs Egypte

♦️EPL 🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿

SAMEDI 20h00: Burnley Vs Watford

♦️FA CUP 🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿

VENDREDI

20h00: Man United Vs Middlesbrough 

SAMEDI

14h30: Chelsea Vs Plymouth Argyle 
14h30: Kidderminster Harriers Vs West Ham
17h00: Crystal Palace Vs Hartlepool United
17h00: Southampton Vs Coventry City
17h00: Everton Vs Brentford
17h00: Man City Vs Fulham
17h00: Wolves Vs Norwich City
22h00: Tottenham Vs Brighton

DIMANCHE

14h00: Liverpool Vs Cardiff City
18h00: Nottingham Forest Vs Leicester

♦️LALIGA 🇪🇸

VENDREDI

22h00: Getafe Vs UD Levante SAMEDI 
15h00: Elche Vs Alaves
17h15: Majorque Vs Cadiz
19h30: Celta Vigo Vs Rayo Vallecano
22h00: Osasuna Vs FC Seville 

DIMANCHE

15h00: Valence Vs Sociedad
17h15: FC Barcelone Vs Atletico Madrid
19h30: Real Betis Vs Villarreal
22h00: Real Madrid Vs Grenada

LUNDI

22h00: Bilbao Vs Espanyol Barcelone

♦️SERIE A 🇮🇹

SAMEDI
16h00: AS Roma Vs Genoa
19h00: Inter Milan Vs AC Milan
21h45: Fiorentina Vs Lazio Rome 

DIMANCHE

13h30: Atalanta Vs Cagliari
16h00: Bologne Vs Empoli
16h00: Sampdoria Vs Sassuolo
16h00: Venezia Vs Napoli
19h00: Udinese Vs Torino
21h45: Juventus Vs Hellas Verone 

LUNDI
21h45: Salernitana Vs Spezia 

♦️BUNDESLIGA 🇩🇪

VENDREDI

21h30: Hertha BSC Vs VfL Bochum

SAMEDI

16h30: Stuttgart Vs Frankfurt
16h30: Augsburg Vs Union Berlin 
16h30: Arminia Vs Mönchengladbach 
16h30: Cologne Vs SC Freiburg
16h30: Mainz 05 Vs Hoffenheim
19h30: Bayern Munich Vs RB Leipzig 

DIMANCHE
16h30: Dortmund Vs Leverkusen
18h30: Wolfsbourg Vs Greuther Fürth 

 ♦️LIGUE 1 UBER EATS 🇫🇷

VENDREDI

22h00: Marseille Vs Angers SCO 

SAMEDI

18h00: St Etienne Vs Montpellier
22h00: AS Monaco Vs Lyon

DIMANCHE

14h00: Lorient Vs Lens
16h00: OGC Nice Vs Clermont
16h00: Reims Vs Bordeaux
16h00: Strasbourg Vs Nantes
16h00: Troyes Vs Metz
18h00: Rennes Vs Brest
21h45: LOSC Lille Vs Paris SG

🔥⚽

Umusi mwiza 👋👋👋💞 mugire umugisha, duhari kubwanyu rero hariho ico wipfuza kudushikiriza, ntahandi ucandika atari muri commentaires, kiba kidushikiriye.

Aucun commentaire:

Fourni par Blogger.