Ads Top

Abenshi badushikirije uko babona urukino ruzohuza umurwi wa BUMAMURU FC na ATLETICO NEW OIL ACADEMY

Bimwe muvyiyumviro vyashikirijwe n'abafana ba BUMAMURU FC kurukino rwimirije ruzohuza uwo murwi na Atletico New Oil Academy hariya kuri Stade Umuco kumuhingamo, Bose babireba.
Urwo rukino rurindiranywe igishika na benshi, kubwivyo ruriko ruravurwako vyinshi na benshi.

Ivyiyumviro vyatanzwe kuruhande rwa bakunzi ba BUMAMURU FC Nukuri nigukina nka Final ya coup du monde, Ubu nigutegura neza match ya dimache ya athletic new oil, Bose berekeza kugukora ibishoboka vyose bagatsinda urwo rukino, kandi n'abakinyi bariteguye.
Ngando Omar


Kubwibinyamakuru bitandukanye, biravurwako urwo rukino ruzoba rukomeye cane, Atletico New Oil iriteguye mbere na Bumamuru nuko, ikibazo kuri benshi niki, mbega nuwahe murwi uzotsinda urwo rukino.

Urwo rukino ruzoba kuriyi Dimanche, le 06/02/2022 kuri Stade Umuco sa cenda (15h). Mwibuke ko ari urukino ruzohuza imirwi ibiri yambere muri Primus Ligue, uwambere n'uwakabiri birushanya amanota atandata.
1.Bumamuru 43pts
2.Atl. New Oil Academy 37pts

Ivyiyumviro vyatanzwe kuruhande rwa bakunzi ba BUMAMURU FC Nukuri nigukina nka Final ya coup du monde, Ubu nigutegura neza match ya dimache ya athletic new oil, ..., Harivyiyumviro vyinshi tutarinze kuvuga aha vyatanzwe, Ariko Bose berekeza kugukora ibishoboka vyose bagatsinda urwo rukino, kandi n'abakinyi bariteguye.

Twobamenyesha ko umurwi wa BUMAMURU Harikindi kintu kidasanzwe wakoze kiwongera inguvu, ninkuru zivugako waguze abakinyi bashasha kandi basanzwe arabahizi mumirwi bahoramwo, haba abataka, abasatirizi mbere nabazi kubaka igihome ca defanseri, iyo ninkuru nziza kuba Fans. Ifoto twakoresheje aho, numwe mubakinyi bashasha buwo murwi.

Mumakuru dufise tubwirwako abo bakinyi bashasha atagihindutse bazoshobora gukina mururwo rukino gwo kuriyi Dimanche iza.

Kurundi ruhande naho ntibicaye, amakuru atangwa nabakunzi ba Atletico New Oil Academy, bemezako bategerezwa nabo gutsinda urwo rukino. Tubibutseko Abafana ba Atletico New Oil muri phase aller, bari baje Ibuganda, bazanye ibimoto binini binini vyimikango, ariko birangira batsinzwe, aho mugutaha hatashoboye kumenyekana iyo babicishije.

Mbega ubuhoho bizogenda gute! ninde azotsinda urwo rukino! Tuzosidukane inguvu tuje gushigikira absore bacu. Abasenga nibasenge, canke umwe wese akore icategerezwa, turorere urwo rukino uwo musi, murakoze.

Andika iciyumviro cawe muri Commentaire.

1 commentaire:

Fourni par Blogger.